Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Gukoresha abana ibikorwa bivuna

Itohoza ryakozwe na BBC ryasanze abahagarariye Ekleziya Katolika muri Uganda baregwa gukoresha abana mu mirimo ivunanye.

BBC yagerageje kuvugana n'umusenyeri wa dioseze ikodesha amatogo kw'ikomanyi iregwa gukoresha abana badakwije imyaka mu mirima y'icati mu akrere ka Kabale, ariko ntiyabonye inyishu.

Umunyamabanga wa diyoseze we yavuze ko ata bana bakoreshwa hadakurikijwe amategeko. Irabire: