Vladmir Putin arya ruswa?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Vladmir Putin arya ruswa?

Adam Szubin, ajejwe gukwirikirana ishirwa mu ngiro ry'ibihano vy'ubutunzi vya Leta zunze Ubumwe za Amerika, yabwiye ikiganiro ca BBC 'Panorama' ko leta ya Amerika yamenye kera ko Vladimir Putin yamunzwe na ruswa kuva imyaka n'imyaka.

Leta y'Uburusiya yo isaba Amerika ivyemezo.