Abaja muri IS bareshwa na nde?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abaja muri IS bareshwa na nde?

Kugeza mu mpera z'umwaka uheze, bikekwa ko abantu 700 bari bamaze gutwarwa mu murwi Islamic State bava mu Bwongereza.

Uwo murwi bivurwa ko wifashisha cane cane imbuga nkoranyambaga mu kwikwegerako abakiri bato -bifashashije amayeri yo guhendahenda abantu kuri internet.

Ariko n'iki cogondoza umuntu kugeza aho yemera kuja muri Syria canke Iraq, hari ubutegetsi bw'igitugu buteye impungenge nka buriya?

Umunyamakuru wa BBC yagerageje gukora mu bwihisho ngo amenye uko bigenda.