Buhari
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Buhari avuga ku ifaranga rya Naira

Igwa ry'ibiciro bya peteroli ku isi ryatumye agaciro k'ifaranga rya Naira rikoreshwa muri Nigeria kagwa mu bavunja amafaranga mu buryo butemewe n'amategeko.

Ariko Perezida wa Nigeria, Muhamadu Buhari aravuga ko adashaka ko leta igabanya agaciro k'iryo faranga.