Uko vyagenze mu gitero co muri Cote d'Ivoire
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Uko vyagenze mu gitero co muri Cote d'Ivoire

Ishami rya Al-Qaeda ryemanze igitero cagabwe muri Cote d' Ivoire cahitanye abantu 16.

Mu bapfuye harimwo abantu basanzwe 14, n'abasirikare 2, bose bakaba bishwe imbere y'uko abajejwe umutekano bahashika.

Abajejwe umutekano bahagaritse ico gitero mu kibanza ca Grand Bassam kiri ku km 40 uva ku murwa mukuru Abidjan, aho bishe 6 mu bateye.